Umukozi ajejwe gufasha no gukingira agateka k’urwaruka akorana n’imiryango y’abimukira b’imico n’akaranga bitadukanye akaba ashinzwe ibikurikira :
- Kubamenyesha ivyerekeye amategeko y’ubuyobozi bujejwe gukingira urwaruka
- Kubamenyesha ingene izo nzego zikora be n’ivyo izo nzego zishobora kubafasha,
- Kubaherekeza, kubumviriza no kubereka aho bosaba ubufasha mu gihe habaye ingorane mu muryango,
- kurongora inyigisho ku bijanye n’uburezi.
INYIGISHO ZACU HAMWE N’AMAHURIRO YO GUHANA IVYIYUMVIRO BITANGWA K’UBUNTU:
- IKIBANZA ABAVYEYI BAHURIRAMWO:
Amakoraniro ashika icenda (9) kubijanye n’uburezi n’uruhara rw’abavyeyi b’abimukira muri Québec.
- IVYANKENERWA BISHOBORA KUBONEKA KU MIRYANGO :
Ihuriro ryabavyeyi ry’igihe kimwe muntumbero yokubereka aho mushobora gusaba ubufashamugihe mugihe mubikeneye
- URUHARA RWA SE W’ABANA :
Ihuriro ry’igihe kimwe ca bavyeyi (ba se b’abana) kuvyerekeye uruhara rwabo mumuryango
- URUBUGA RW’IHWANIRO RY’ABAVYEYI :
Ihuriro ryabavyeyi ryo kuganira ingene mwokora muburyo butandukanye, ubuvyeyi burimwo urukundo …
ARI ICO MWIFUZA KUBAZA MURASHOBORA GUHAMAGARA IGISATA KIJEJWE INGO N’UGUKINGIRA UGWARUKA :
Téléphone : 450- 777-7213 #240
CANKE MUKANDIKA UBUTUMWA KURI : : ici.fpj@sery-granby.org